Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mubirori vyo guhimbaza umusi mukuru wa HALLOWEEN ibihangange mumuziki kurwego rw’isi ndetse banasanzwe bubakanya imbere yamategeko aribo Beyonce na JAYZ babonetse bamabaye impuzu zerekana imico nakaranga ka Africa.

Kuruhande rw’umugabo yaje murivyo birori yambaye nka Mubutu  uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Repeburika iharanira Intwaro rusangi ya Congo ariyo yahoze yitwa Congo ,mugihe umukenyezi wiwe Knowles Beyonce yaje yambaye impuzu zari zikozwe mubitenge .

Abantu rero bakaba bashimishijwe nibi vyamamare mungendo berekanye na cane cane ko berekanye ko bagifise kumuzirikanyi Africa niraburya inkomoko yabo ari muri Africa .

Raba hasi amafoto  ya JAY Z na Beyonce.

CStkAeiU8AEIH4QCStkBaeU8AA-_5b

CStQ0fxWEAA1njvCStQzv8WwAAhoeE

CStQ0szWcAA1ev4CStQ1U2WoAAeV5l

 


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki, Urukundo

Leave a Reply