Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

*Menyekanisha ibikorwa vyawe ,kugiciro gito cane  uciye kurubuga rwambere rusomwa n’abarundi benshi mu Burundi.

Mu gice c’umwanya muto gusa tumaze dukora ikimenyesha makuru cacu www.Bishasha.com kimaze kuboneka nk’ikimenyesha makuru gisomwa n’abantu benshi mu gihugu c’uBurundi.

Twifashishije ubuhinga bwa Google Analytics hamwe na Alexa.com vyerekana ingene ikimenyesha makuru kigenda kiratera imbere ,ikimenyesha makuru cacu dusanga kiza imbere y’ibimenyesha makuru nka vyose vyo mu Burundi ndetse tukaba turi mu bimenyesha makuru bironka abasomyi ibihumbi 10 k’umusi.

Ibi bituma ndetse binaduha icizere gikomeye ko mugihe womenyekanisha ibikorwa vyawe n’ikimenyesha makuru cacu atankeka ibikorwa vyawe vyotegetezwa gutera imbere kurusha.

Urindiriyiki kugira umenyekanishe ibikorwa vyawe na www.Bishasha .com kwigiciro ari gito cane.

*Menyekanisha ibikorwa vyawe

*Menyekanisha ibicuruzwa vyawe

*Gurisha ibicuruzwa vyawe uciye kukimenyesha makuru cacu.

&&&Turungikire ubutumwa bwawe wifashishije urwo rupapuro ruri ngaho musi

izina ryawe (izina ryawe ni ngobwa)

Email yawe(email yawe ni ngobwa)

Intumbero

ubutumwa bwawe