Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

S atan 2 n’ikigwanisho co mubigwanisho bifise ubumara kidasanzwe giheruka gushigwa ahabona n’igisirikare ca Russia ,satan 2 cakozwe n’igisirikare  ca Russia kuva mu mwaka wa 2009, iki kirwanisho kikaba kiri  mubwoko  bw’ibigwanisho bwa Heavy Intercontinantal Ballistc Missile .

Satan 2 nkuko benshi bakunda kucitwa ,gisanzwe citwa mu mazina y’igisirikare RS-28 Sarmat ,iki kirwanisho kiriko kiratera ubwoba isi yose casinzwe mu bicapo n’umuhinga mu vyagisirikare w’umurusiya yitwa Makeyev Rocket mu mwaka wa 2008,kica gitangurwa gukorwa n’ihinguriro rijejwe ivyagisirikare muri Russia rizwi nka Krasnoyarsk Machine Building Plant mu mwaka wa 2009.

Satan 2 kw'ifoto

Satan 2 kw’ifoto

Iki kirwanisho kiri mubigwanisho kw’isi yose biremereye yace kuko gisanzwe gifise uburemere burenga gato itoni amajana abiri  (200 tones).

Satan 2 n’kirwanisho gishobora kurasigwa kumodoka yabigenewe ariko cane cane ngo kikaba gishigwa mubigwanisho vyo musi yamazi muvyo bita mugisirikare submarine.

Satan 2 ,gifise ubushobozi atakindi kirwanisho kibufise kw’isi kuko aho bagiteye gishobora gushika kuburebure bungana na 10,000 kilometres  kikaba kinafise ubunyarutsi bwa  kirometero 24,500 km kw’isaha (24,500 km/h).

russia-icbm-nuclear-missile

Satan 2 kw’ifoto

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu bikworoheye kuri Facebook

.


Leave a Reply