Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umukuru w’umugabwe MORENA ,umushingantahe  Mè RUFYIKIRI Isidore yashikirije ijambo abarundi ribasaba kwigwanira kugira bikureko burundu  intwaro ya Petero Nkurunziza.

Muriri jambo rya  Mè RUFYIKIRI Isidore,uyu asanzwe arongoye umugabwe MORENA  yahamagariye cane cane abarundi kuja hamwe kugira  bakore ibishoboka vyose kugira bakure kubutegetsi Petero Nkurunziza hamwe n’akagwi kiwe.

Muriri jambo  rya Mè RUFYIKIRI Isidore yongeye kumenyesha ko ihonyabwoko ry’abatutsi ribandanya mu Burundi ndetse yongera kwemeza irigira kandi  ko mu Burundi habarizwa interahamwe zakoze ihonyabwoko mu Rwanda.

Umviriza mu majwi bwana Mè RUFYIKIRI Isidore mu majwi nagho musi

…………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply