Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma yaho Barack OBAMA umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika afatiye ingingo yo gukumira, agakura uBurundi mubihugu bifitaniye imigenderanire yo guhanahana ibicuruzwa biciye mwishirahamwe AGOA(Africa growth and opportunity Act )vyamaze kwibonekeza ko uburundi buzohagirira agahombo atari gato.

Inyuma yiyo ngingo yafashwe n’umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika ,uwusanzwe aserukira uBurundi  bwana Erenest Ndabashinze  murico gihugu abicishije kurukuta rw’iwe rwa Facebook yagize ati:

12190854_503781886471472_1900330241199149023_n (2)

Ivyo bikaba vyaciye dufata iyambere mukugira tumenye muvyukuri nimba uburundi atakintu kizohahombera.

Twifashishije ibiharuro vyerekanwa n’iryo shirahamwe nyene AGOA ribicishije kurubuga rwabo ngurukana bumenyi ,hari ibiharuro vyerekana neza uko ibicuruzwa vyagiye barahanwahanwa hagati yivyo bihugu bibiri kuva mu myaka 14 iheze.

AGOA.info-burundi

Twifashishije ibindi biharuro ,kuva mumwaka wa 2011 uku niko ibicuruzwa vyagiye birinjira vyongera bishoka mubisata bitandukanye.

                                                                        Raba amafoto hasi

burundi agoa databurundiagoa2222

burundiagoa22burundiagoa2222.pngfff

burundiagoa2222.pngfffhhjkburundiagoa2222.pngfffhhjkjjj

 

 

 


Leave a Reply