Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Marguerite Barankitse asanzwe arongoye inzu y’imfuvyi  riri muntara ya Ruyigi yanamenyekanye cane nka maison Shalom yagiranye ikiganiro nimwe mumaradiyo asanzwe asamiranira mug’ihugu ca Canada isanzwe izwi nka Radio canada info aho yari umutumire kugira avuge kubiriko birabera mu Burundi ni mpamvu nyamukuru yamuteye guhunga.

Marguerite Barankitse aganira numwe mubakenyezi bakora kuri Radio canada info yerekanye umubabaro hamwe n’ishavu aterwa n’ibihe igihugu kirimwo kiracamwo ariko aza kuvuga amajambo amwamwe asa naho akarishe ndetse benshi batanguye kuvuga kwo yoba yarenze akarimbi muvyo yoba yavuze.

  Make mumajambo   Marguerite Barankitse yashikirije  , Marguerite Barankitse yagize  ati:

uburundi butwarwa n’umukuru w’igihugu ararwaye mumutwe“ayo akaba ari amwe mumajambo Marguerite Barankitse yashikirije .

Ivyo akaba ari bike muri   mvyinshi yashikirije ,amajwi yose ya Marguerite Barankitse  yumvirize  ngaha musi

https://soundcloud.com/bishasha/marguerite-barankitse

 

 

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply