Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe haheze igihe c’amezi abiri umuhisi Niganze Jean Bosco atabarutse ndetse abantu bakemeza ko uwo muririmvyi wo mu murwi wa Peace and Love yitavye Imana azize isanganya ry’imodoka mw’ijoro ryo kuwa  8 ruheshi/2016 ,uwari yaramubereye umuvyeyi akamurera kuva akiri muto wewe asanga ivyabaye kuri  atari isanganya ahubwo Bobo Niganze yaragandaguwe.

Mumajambo Maggy barankitse yashikirije yagize ati”“barampekura banyicira bosco nari naramuzanye hama asubira inyuma ngo turi mpumyi ntaco bazotugira burundi”

Ibi Maggy barankitse ashikirije bikaba bije inyuma yaho bamwe mubari mukibanza caho Bosco Niganze yagiriye isanganya bari bemeje ko Bosco Niganze yagize isanganya aca ahita yitaba Imana ubwo nyene .

Umviriza mu majwi ngaho hejuru aho Maggy Barankitse yamenyesha ko yahekuwe ikibondo ciwe .


Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Umuziki

Leave a Reply