Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Maggy Barankitse asanzwe aserukira imbere y’amategeko ishirahamwe Maison Shalom ,rifasha impfuvyi nabatishoboye , akaba numwe mu Barundi bamaze guhabwa ubushimwe butari buke mpuza makungu kubera ubwitange bwiwe bwo gufasha impfuvyi hamwe n’abatishoboye yongeye kwemeza ko ihonyabwoko ririko riraba mu Burundi.

Maggy Barankitse kw'ifoto

Maggy Barankitse kw’ifoto

Aganira n’imwe mu maradiyo yo mugihugu ca Swisse ,Maggy Barankitse yamenyesheje ko ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza bubandanya bwica abo batavuga rumwe ndetse bamwe bagatabwa muri Acide abandi mu nzuzi .

Ashikiriza aya majambo Maggy Barankitse yongeye gushimangira ko ihonyabwoko ririko rirakorwa mu Burundi ariko amenyesha ko ririko rikorerwa abo bose batemera ubutegetsi buhari.

Umviriza Maggy Barankitse mu majwi ngaho musi

.


Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Leave a Reply