Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Rufyiri Gabriel asanzwe ari muri bamwe baharanira itunga ry’igihugu  akaba ari nawe asanzwe arongoye imbere y’amategeko ishirahamwe  Olucome (‘Observatoire de lutte contre la corruption et les malversations économiques) ryiyemeje kurwanya isesagurwa ry’ubutunzi bwa reta hamwe no kurwanya abanyabiturire mu Burundi ,yabonetse kuncuro yiwe yambere ari mubikorwa vyateguwe n’uButegetsi bw’iBujumbura.

Bwana Rufyiri Gabriel ntanarimwe yigeze yemera ivy’ikiringo ca 3 c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza kuko yaguma asemerera yuko hamwe Nkurunziza yokwitoza vyotera uBrundi ibibazo vyishi .

Rufyiri Gabriel  akaba rero yari kumwe nabagenziwe bataharanira ivyicaro vya Politike  murugamba rwo kurwanya ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza

Kuva ico gihe rero bwana Rufyiri Gabriel ntiyari bwigere aboneka narimwe mubikorwa vyateguwe n’abo bategetsi vyitwa ko bavuye mumatora benshi batemera ,ariko uyumusi akaba yashoboye kuboneka mugikorwa cari citabwe n’abategetsi benshi uhereye kubakuru b’inama nkenguza mateka hamwe n’abakuru binama nshingamateka gushika kumukuru w’igihugu hamwe n’ivyegera vyiwe vyose ukwari bibiri.

Rufyiri Gabriel akaba yahambije  abandi bategetsi murico gikorwa ca NATIONAL PRAYER BREAKFAST 201

12208397_982366811829621_6295889109434760200_n

Raba amafoto y’abamwe mubanyecubahiro bari ngaho

12196358_982366781829624_5614247898351444774_n (1) 905924_982366891829613_3495239847900135310_oCTg2UiaUcAAjq7f


Categories: Muhira

Leave a Reply