Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Domitira Kiramvu ,Umwe mubamenyesha makuru bakundwa cane kubera ubuhinga asanzwe akoresha mukuvuga amakuru hamwe n’amajambo aba ajanye agenda akoresha iyo ariko arashikiriza amakuru ,yashikirije ijambo risa naho ryuzuyemwo ibitutsi aho yavuga abwira Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

Domitira Kiramvu asanzwe ari umwe mubamenyesha makuru biradiyo RPA ,imwe mumaradiyo atakivuga kubera yaturiwe mw’ijoro ryo   kuwa 13 rusama 2015 inyuma yaho bamwe mubasirikare bashakiye  gutembaza ubutegetsi

Mumajambo ,Domitira kiramvu yagiye aravuga humvikanyemwo amajambo adasanzwe aho mbere y’ananeguye cane igisirikare c’uBurundi kunyifato kiriko kirerekana muriki gihe.

Umviriza ijambo rya Domitira Kiramvu ngaha musi.

Tubibutse ko Domitira Kiramvu asanzwe yarahunze igihugu ,kuva imigumuko igitangura kuba aho bivugwa ko ubu yoba asigaye aba mugihugu c’uBubirigi.


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

One Response so far.

  1. Kabizi says:

    uyu mugore uriko uramuraba no kwi foto, urabona ko afise ingorane yo mumutwe. Ni vyiza ko Belgique yamuhaye ubuhungiro nimba nayo idashigikiye ibivurwa n’abasazi, yokwihuta kumuvuza.

Leave a Reply