Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Domitira Kiramvu ,Umwe mubamenyesha makuru biradiyo RPA yongeye kuva mugacerere ashikiriza irindi jambo aho yongeye kugaruka kandi kurupfu rwa Petero Nkurunziza.

Mw’ijambo yashikirije umumenyesha makuru Domitira Kiramvu yasavye ashimitse ubwambere  abategerezwa kuja mu biganiro ko batorota  baha ikigongwe Petero Nkurunziza n’akagwi kiwe ,ahubwo ko bakwiye kumara imihingo y’isi yose bangara  bagatorwa nabagazura.

Domitira kiramvu ati:”ntaguhekenya amajambo Nkurunziza nukuronderwa ingene yicwa,hakoreshwa inkoho ,hakoreshwa akagozi,ico cose coshobora kumukuraho agapfa agashikayo,ngo hari abavuga ngo apfuye ngo inganda zotikira?ego koko!!ariko ubu hoho ntiziriko ziratikira?………………..

Umviriza Amajwi ya Domitira Kiramvu ngaho hasi

.

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply