Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mu Kinanira ca 3 imwe muri zone ya Bujumbura isanzwe iherereye mubumanuko bw’igisagara ca Bujumbura hongeye gufatwa ibirwanisho.

Muriki gitondo co kuwakane abapolisi benshi bazindutse baja gusaka ibirwanisho mugisagara ca Bujumbura ,aho bari bazindukiye muriyo zone gusaka kuyindi ncuro ibirwanisho,igipolisi kikaba cafashe ibirwanisho atari bike harimwo amasasu menshi cane hamwe n’impuzu zigisirikare ndetse n’ibirato vyigisirikare.

Nkuko vyerekanwe n’igipolisi abantu bagera kuri 5 harimwo umwigeme umwe nibo baciye batarwa muri yompi inyuma yo gusanga ivyo birwanisho aho bari basanzwe baba.

Raba hasi amafoto y’ibirwanisho vyafashwe

12322470_1657548441201155_7632681126804112333_o (1)

11232185_1657548487867817_3290070693454919186_o12357058_1657548467867819_2977394233877869987_o


Categories: Muhira

Leave a Reply