Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Kumyaka 57Khadja Nin,umuririmvyikazi  w’umurundi yamenyekanye cane kumugabane wa Africa mu ndirimbo nka Sambolela ,sina deni,hamwe n’izindi nyishi cane  ,yavuye mugacerere ahamagarira amakungu gutabara abarundi kubera ubwicanyi bumaze imisi bugirigwa inzirakarengane.

Avugira kuri RTL Info ,imwe mu mboneshakure yo mugihugu c’ububirigi ,Khadja Nin yasavye amakungu gutabara uBurundi no gutabara abaguma bicwa bazira iryane za Politike ziri mu Burundi.

Umviriza mu ma majwi Khadja Nin ngaho musi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Muhira

Leave a Reply