Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mu gihugu kibanyi ca Kenya , kimwe mu bihugu bigize umuryango w’ibihugu vya Africa y’ubuseruko  ,ukubakana kubasanzwe bahuje ibitsina bibandanya vyiyongera umusi kuwundi .

Naho umukuru w’igihugu yigeze gukurira inkoni kugishitsi mugenziwe Barack Obama mu mwaka wa 2014 kwatarota igihugu ciwe cinjira mumuryango w’ibihugu vyemeza ubugeni bwabasanzwe bahuje ibitsina ,ibintu bisa naho bitabandanije bigenda nkuko abishaka kuko abanyagihugu benshi babandanya bakora ubugeni nabo bahuje ibitsina atacamira.

Raba amafoto yabasore babiri bo mugisagara ca Mombasa

Tukabibutsa ko igihugu ca Kenya arico kiza imbere mu biharuro vyabasanganwe abahuza ibitsina babisangiye kuri ku rwego rwo hejuru mu gice ca Africa y’ubseruo.

 


Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Leave a Reply