Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihugu ca Kenya  umuvuga butumwa (Pastor) yirukanye umugabo murushengero amwagiriza kutitwara neza no kuba umupagani kumbe yarafise imigambi yo kuza arasambanya umugore wiwe atankomanzi.

Uyu mu vuga butumwe yaje gufatwa mugihe yariko arasambanira n’umugore wuyu mugabo murimwe munzu z’abakirarugendo muri Kenya.

Inyuma yo gufatwa ,uyu mugabo yabanje kubakubita uko ari babiri ariko munyuma igipolisi kikaba cahashitse gusukamwo mabisi.

Raba Video musi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Leave a Reply