Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umukuru w’umugabwe FNL  bivugwa ko wemewe n’amategeko y’uBurundi ,Jacques Bigirimana yagize icashikirije kibivmuvugwako ko yoba yagumijwe hanzwe mugihe umunyamabanga mukuru wa ONU  yakira abasanzwe barongoye imigabwe itavuga rumwe na reta ya Petero Nkurunziza.

Jacques Bigirimana yamenyesheje ko icatumye ataja mumubonano w’umunyamabanga mukuru wa ONU aruko yari murugendo arikumwe n’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu kumugwa mukuru wa RDC (Kinshasa)

Ban Ki Moon yakiriye abaserukira imigabwe itavuga rumwe na reta bashika kuri 4

Ban Ki Moon yakiriye abaserukira imigabwe itavuga rumwe na reta bashika kuri 4

Jacques Bigirimana yabandanije amenyesha ko naho Rwasa Agathon yakiriwe n’umunyamabanga mukuru wa ONU ,Ban Ki Moon ko atakiriwe nk’umurongozi wa FNL ahubwo ko yakiriwe nk’uwuri murunani amaizero y’abarundi.

Umviriza musi mu majwi Jacques Bigirimana (amajwi tuyakesha Radio Bujumbura International)

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply