Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe yashika k’umugwa mukuru w’igihugu c’uBurundi iBujumbura ,umukuru w’igihugu ca Africa yepfo arinawe arongoye abakuru bibihugu baje mu Burundi mu ntumbero yo gusaba mugenzi wabo Petero Nkurunziza  kuja mubiganiro bihuza bose,yabanje guca kuntatemwa y’umuhisi Melchior Ndadaye kumwunamira.

Raba amafoto y’umukuru w’igihugu ca africa yepfo ari kuntatemwa ya Mechior Ndadaye

12764420_10153458338528997_991555933051942404_o

Jacob Zuma yasize ishugwe kuntatemwa ya Melchior Ndadaye

12764550_10153458339058997_1308234312667201055_o

Jacob Zuma yari yaje yifitiye abasirikare bamucungera umutekano

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

One Response so far.

  1. biratomoye says:

    Sindi muntu wa macakubiri, ariko ico gikorwa peresida wa afirika yepho yakoze kirafise insiguro. Abarundi na cane cane abatutsi ntimugire yuko hari amakungu azobagarukirako, ivyo birerekanye ibimaze iminsi bivugwa yuko ibigwanisho pasitori aronka bivuye mu bihugu bimwe bimwe arivyo kandi hari abanyaburaya batanga amafaranga . None ivyo bigamije iki? Atari ukwihenda ni kuzimanganya abaytutsi babanje mu Rwanda.

Leave a Reply