Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umukunzi w’umwe mubaririmvyi bo ngaha iwacu ariwe Snowcay akongera akaba kizigenza w’umurwi usanzwe uririmba indirimbo zo mumudiho wa HIP HOP ngaha iBurundi ariwe  Snowcay ntiyatanzwe muguhimbaza ibirori vya Halloween bisanzwe biba kw’isi yose .

Tuganira na Tsatsuki tubicishije kurubuga rwacu rwa INSTAGRAM uwo mwigeme yatubwiye ko anezerewe cane kwongera guhimbaza uwo mwaka ngo naho ubu akoze ivyo birori atari kumwe n’umukunzi wiwe Snowcay.

Tsatsuki rero akaba yatumenyesheje ko yahimbaje uwo musi mukuru ari mugihugu ca JAPON aho asanzwe avuka .

Tsatsuki rero akaba asanzwe ari murukundo nuwo muririmvyi kuva mumwaka wa 2012 ,gushika nubu akaba yatwemereye ko urukundo rwabo rukibandanya ,aho twobibutsa ko Tsatsuki yaheruka mugihugu c’uBurundi mumisi yahera aho yari yazananye na Snowcay muburuho.

Raba hasi amafoto ya Tsatsuki 

AimAvrm03R5h854e_88t3ErWfTDxm4laRxTbePHKLp5X Al8ubG2LgVXX-_wwFeRTBgtJG1pR7W5dyjepOLA9lDO4


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki, Urukundo

Leave a Reply