Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma y’imisi 7 ibiganiro bihuza abarundi vyongeye gutangura  i Arusha muri Tanzania,ndetse abagiye murivyo biganiro bakazi kwicamwo imirwi ibiri ,umwe uwushigikiye Reta ,n’uwundi udashigikiye ivyiyumviro vya Reta y’iBujumbura ,umwe mu barongoye umugabwe wagiye murivyo biganiro ukongera kandi ukaja kuruhande rwa Reta ,yihakanye ababaserukiye.

Uyu yihakanye abagiye babaserukira ni Mugwengezo chauvineau asanzwe aserukira umugabwe UPD Zigamibanga aho yamenyesheje ko abagiye mu Biganiro atanabazi ndetse ko nico bazoshikako biyitirira uwo mugabwe bitabaraba na gato ,kuko ngo ibiganiro nya zina bitaratangura .

Umviriza Mugwengezo chauvineau mu majwi ngaho musi

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kuri Facebook bitakugoye


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply