Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Belgrade ku murwa mukuru w’igihugu ca Serbia biravurwa ko abakirarugendo (Tourists) babandanya biyongera ku bwinshi murico gisagara mu ntumbero ya kuja gukorana imibonano mpuzabitsina n’ibikoko mu bibanza bisanzwe bizwi nka “animal brothels”aha hakaba hasanzwe haba harimwo ibikoko vyinshi harimwo ,imbwa,impene,intama ,indogobwa n’ibindi.

Nkuko bishikirizwa n’ikinyamakuru co mu bwongereza mirror.co.uk ,ngo aba baja kuryamana n’ibi bikoko basanzwe bari mu murwi wabo basanzwe bita aba “zoophiles” aba nabo akaba arabashobora kunezerwa mugihe bariko barakorana imibonano mpuzabitsina n’ibikoko nk’imbwa ,intama,impene,akayabu ,indogobwa canke inka.

Aba rero baja muriki gisagara ca Belgrade ngo bagenda bikwije neza na cane cane mu mufuko kuko gukora imibonano mpuzabitsina nivyo bikoko babirihira amahera .

Gukora imibonano mpuzabitsina n’ibi bikoko rero ngo abo bakirarugendo (Tourists) ngo babirihira hagati yamahera yamanyamerika$ 70 na $150 washaka kwifata amasanamu naho uriko urakorana imibonano mpuza bitsina nico gikokoukongerako amahera yamanyamerika $50.

Nkuko bibandanya bitangazwa n’iki kinyamakuru nyene ngwaba baja murico gikorwa ,igiharuro kinini aba aric’igitsina gore ndetse benshi bakaba bakunda gutangaza ko bajayo kubera gukorana imibonano mpuzabitsina n’igikoko bibaryohera cane ndetse ngo benshi bituma bashika kumunezero batigeze bashikako mu gihe  mibonano mpuzabitsina mugihe babikorana n’abantu.

Raba Video yerekana iryo bara ryabantu bakora imibonano mpuzabitsina n’ibikoko.

Fyonda ngaha ubandanye udukurikira bitakugoye 

 


Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Leave a Reply