Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mwijambo yashikirije ari mugihugu ca Holande mugihe yarikumwe nabandi bario baragwanya ivanwa ry’uBurundi muri  Sentare mpuzamakungu CPI ,Pacifique Nininahazwe yamenyesheje ko abasanzwe bagwanira bakongera bagasigikira Petero Nkurunziza bariko basa naho batera igere rya nyuma kuko ngo bariko baragwana kugira isaha yabo ntizime.

Umviriza mu majwi Pacifique Ninanahazwe

Fyonda ngaha ubandanye udukurikira kuri Facebook yacu

.


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply