Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma yo kutavuga rumwe hagati ya KIRAMVU Domitira na Pacifique Nininahanzwe ,ubu ivyoba Domitira Kiramvu yatandukiriye BOB rugurika amwagiriza ko Bob Rugurika yashatse kumugurisha.

Mukiganiro yariko aragirana n’umunyamakuru CIRAMUNDA abicishije kw’iradiyo Bujumbura International ,Umupfasoni Domitira Kiramvu yavuze akamubakiye anegura Bob Rugurika cane  bivanye n’amajambo BOB Rugurika yashirije abicishije kw’iradiyo Humura Burundi ikorera mugihugu c’uRwanda.

Mumajambo ya Domitira Kiramvu yagize ati”Bob rugurika nibaza ko mwoshaka mukamumenya neza ntaco akorera ubusa nakimwe,kubwanje nibaza kwari ibintu bibiri ,icambere yagomvye kungurisha mukwerekana ko jewe ndumubisha nanka ubutegetsi ,ko wewe ari umweranda atanka inzego zirongoye igihugu ,icakabiri yashatse gusabira inda yiwe…………..

Iyumvire Amajwi yose  ngaho hasi ya Domitira Kiramvu.

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………

 

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply