Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma yo kwagirizwa na Richard Ciramunda arongoye  ikinyamakuruBujumbura News hamwe n’insamirizi Bujumbura International , kwari muri bamwe bashaka gukura umushingantahe Nyangoma Leonard ,kuburongozi bwa CNARED  Inama nshingiro y’igihugu ,uwagirizwa ivyo  bwana Jeremie MINANI yagize icashikiriza.

Inyuma yaho yagiririjwe na Richard Ciramunda kwari mubari kwisonga mubashaka gukura Nyangoma ,umushingantahe Jeremie avuga kwari mubajejwe kumenyesha amakuru muri CNARED yihutiye kubeshuza izo nkuru.

Abicishije kurubuga rwiwe bwana Jeremie Minani yagize ati:“Ce 28 Novembre 2015, le site bujumbura news et sa page Facebook viennent de publier un fausse information ( une audio avec une voix trafiquée) dans laquelle je suis accusée de m’en prendre à la personne de NYANGOMA, Président du CNARED.

Je tiens à démentir cette fausse information et avec la plus grande énergie, je condamne cette atteinte à ma personne.

Le propriétaire du site bujumbura news a été consulté et a été averti des conséquences juridiques qui peuvent en découler.

MINANI Jérémie

burundi

 

Ubu rero hakaba harindiriwe ico Leonardo Nyangoma abivugako kuko ubwiwe ,bivurwa kwashaka gukurwa kandi akaba ariwe asanzwe arongoye urunani CNARED inama  nshingiro y’igihugu.


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply