Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Ikipe ya Chelsea isanzwe iri mubihe bigoye muriyi misi kubera ugutsindwa  kumusi kumusi ,yaraye yongewe gukorwa mujisho na mukeba wayo  Liverpool mugutsindwa ibitsindo 3 vyose kuri kimwe rudende yashoboye kwinziza muntango zurukino kumunota wa 3 w’urukino .

Chelsea  yatsindiwe stamford Bridge imbere yabakunzi bayo  bari baje kwihera ijisho urwo rukino rwariko rurabahuza nikipe basanzwe ari abakeba cane kandi nayo yaheruka kwirukana umumenyereza wayo ikazana mushasha,Inyuma yurwo rukino abantu benshi na cane cane abakunzi ba Chelsea bababajwe no kubona ikipe yabo itsinzwe mugihe kurundi ruhande abandi bariko batunganya amafoto yo gukora munkovu umurwi wa Chelsea .

Amwe mumafoto yo gukora munkovu ikipe ya Chelsea

IMG-20151026-WA0016 IMG-20151101-WA0001

IMG-20151101-WA000212185527_1616804531693090_5740923828540148288_o


Categories: Amakuru, Inkino, Muhira

Leave a Reply