Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma y’inama yahuze ubumwe bwa Buraya hamwe n’igihugu c’uBurundi ,reta ya Petetero Nkurunziza y’ihutiye gusohora itangazo .

Iri tangazo risohowe inyuma yaho hahereye inama yari yahuje ubumwe bwa buraya hamwe n’umurwi wa bategetsi 19 bari baserukiye uBurundi ,ndetse bakaba bari barongowe n’umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu bwana ALAIN Aime Nyamitwe.

Nkuko biri muriri tangazo reta ihejeje gushira hanze ,reta y’uBurundi yashimye uko iyo nama yagenze muri rusangi,yongera ishima nokubona ubumwe bwaburaya bwarabatumiye kugira baganire kukibazo gihanze uBurundi.

Raba iryo tangazo ngaha hasi

CVu_r5kWUAE3Nch

Naho reta y’uBurundi yihuse gusohora iri tangazo ,kuruhande rw’ubumwe bwa buraya ntangingo   zigiye gufatirwa uBurundi  barashikiriza .

Tubibutse ko Uburundi  bwagirizwa kurenga itegeko rya 96 ryamasezerano y’iKotonu.

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply