Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Kumusi wejo itariki 7 munyonyo niho umukuru w’igihugu c’urwanda Paul Kagame ari muri Unity Club  yashikiriza ijambo aho yagarutse cane kikibazo c’umutekano muke usanzwe  urarangwa mwiki gihe mu Burundi.

Kagame avuga yaneguye cane  mugenziwe  w’igihugu c’uBurundi aho yamwagirije kwariwe nkwezi yamarere y’ibiriko birabera mu Burundi kandi amwagiriza ko yirigwa arica abantu mu Burundi izuba riva.

Iryo jambo ntiryakiriwe kumwe n’abantu baryumvise kuko bamwe bamuhaye impundu mugihe abandi babiteye ivyatsi banavuga ko imvugo yakoresheje na Paul Kagame  atari imvugo  ya diplomatie .

Umwiriza iryo jambo rya Kagame Paul ngaha musi

Inyuma y’iryo jambo Paul Kagame yavugiye muri Unity Club ,ibiro vy’umukuru w’igihugu vyaciye bishikiriza ico kibivugako hadaheze igihe kinini .

Mubutumwa umukuru w’igihugu c’uBurundi yashikirije abicishije kurukuta rwiwe rwa Facebook  yagize ati”«Nous ne pouvons pas répondre d’une façon grotesque à des propos aussi outrageants que ceux tenus par le Président Kagame. Seul le travail que nous faisons auprès de notre population pour sécuriser le pays, asseoir une paix véritable et renforcer notre démocratie, sera la réponse suprême à nos détracteurs.» – Présidence du ‪#‎Burundi‬

president

 

Kuruhande rwa  willy nyamitwe umuhanuzi mukuru mubiro vy’umukuru w’igihugu wewe  yagize ati:

presidentnya

 

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply