Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma yaho igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika kiburije abanyagihugu baco kudasubira kugira ingendo mu Burundi hamwe no kugendera mu duce tumwe tumwe mu gisagara ca Bujummbura,igihugu ca Canada naco cabujije abanyagihugu bacu gusubira guhonyoza ikirenge mu Burundi.

Mu Rwandiko basize kurubuga rwabo ,travel.gc.ca  ,rusanzwe rumenyesha aho abanyagihugu bico gihugu bategerezwa kwirinda kubera umutekano muke,basavye abanyagihugu babo kutongeraguhonyoza ikirenge mu Burundi kubera harangwa umutekano muke kandi hashobora kwaduka ubwicanyi umwanya numwanya.

Murugo rwandiko harimwo ubutumwa bugira ati  “Affaires mondiales Canada recommande d’éviter tout voyage au Burundi en raison des tensions politiques, des troubles civils et d’épisodes quotidiens de violence armée. La situation en matière de sécurité pourrait se dégrader soudainement. Vous devriez quitter le pays par un moyen de transport commercial, si vous pouvez le faire en toute sécurité. Si vous avez besoin d’assistance, contactez le haut-commissariat du Canada à Nairobi au Kenya. Consultez l’onglet Sécurité pour plus de détails.””

111

Iki rero kikaba kibaye igihugu kigira kabiri kibujije abanyagihugu baco guhonyoza ikirenge mu Burundi mu kiringo c’indwi imwe gusa.

Fyonda ngaha ubandanye uronka amakuru yacu bitakugoye kuri facebook

.


Categories: Amakuru, Muhira

Leave a Reply