Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Intwazangabo nshasha  mugisirikare c’uBurundi.

Nkuko tubikesha umuvugizi w’igisirikare c’uBurundi bwana Gaspard Baratuza ,yamenyesheje ko mw’ikambi y’igisirikare isanzwe iherereye mu Ntara yo mubumanuko bw’igihugu ariyo Bururi ,imiyabaga atari mike y’uBurundi iriko irigishwa ivyagisirikare kugira ishirwe mugisirikare c’uBurundi.

Aba bariko barigishwa ivyagisirikare akaba ari abasirikare bashasha bashaka kwinzizwa muntwazangabo z’uBurundi.

Amakuru abandanya ava mubegereye ngaho mwiyo kambi ya gisirikare ya Bururi aremeza ko aba basirikare binjizwa hakurikijwe uko amasezerano ya Arusha asanzwe abitegekanya muntumbero yuko  ubwoko bwose butegerezwa guserukigwa bikwiye nkuko amasezerani ya Arusha yo mumwa wa 2000 abivuga.

Raba hasi amwe mumafoto

CVpHIbbWwAQI62Z

Gusimba imitego cari kimwe mumakarashishi yakozwe n’iyi miyabaga yitegurira kwinjirira muntwazangabo z’uBurundi

CVpHHAXWsAAQ-Oj


Categories: Amakuru, Muhira

Leave a Reply