Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Cristiano Ronaldo,umukinyi ngenderwaho wa Real Madrid akongera akaba na kizigenza w’igihugu avukamwo ca Portugal  akaba anafatwa  nk’umwe mubakinyi bumupira w’amaguru kw’isi  bakomeye cane, ndetse bagize umwuga umupira w’amaguru .Cristiano Ronaldo afise ibintu 5 yisangije atawundi muntu w’umukinyi w’umupira w’amaguru wobibonako.

1:Cristiano Ronaldo afata umushahara atawundi mukinyi w’umupira w’amaguru numwe kw’isi asanzwe awuhembwa.(cristiano Ronaldo akaba asanzwe ahebwa ayababa imilioni 22 z’amafaranga yamanyaburaya kumwaka.)

Cristiano Ronaldo

Cristiano Ronaldo

1:Cristiano Ronaldo yinjiza amahera umukuru w’igihugu wa reta zunze ubumwe bwa Amerika ahebwa kumwaka wose mukiringo c’imisi itarenze 12 gusa.( Cristiano Ronaldo asanzwe afata umushahara angana na $290.000 mukiringo c’indwi imwe gusa mugihe umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika ,Barack Obma asanzwe ahembwa kumwaka wose ayangana na $450.000 )

3:Cristiano Ronaldo asanzwe afise umwana umwe rudende w’umuhungu kandi uwo mwana wiwe ntamuntu n’umwe kw’isi nzima azi nyina wiwe atari Cristiano Ronaldo gusa ,nuwo mukobwa bamuvyaranye gusa.(mu myaka irenga 6 bamaze barondeza uyu yavyaranye na Ronaldo ntakimenyesha  makuru nakimwe ca kw’isi kirashobora kubona nyina wuyu mwana )

4:Cristiano Ronaldo niwe mukinyi wenyene kw’isi amaze gutwara imipira y’inzahabu mumarushanwa abiri y’umupira w’amaguru ya Espagne n’ubwongereza ,aho uwambere yawutwaye akinira ikipe ya Man United mugihe uwundi yawutwaye akanira ikipe ya Real Madrid asanzwe nubu akinamwo.

Cristiano Ronaldo

Cristiano Ronaldo

5:Cristiano Ronaldo asanzwe ari mubakinyi bumupira wamaguru kw’isi bafise umubiri udasanzwe kuko kumusi kumusi ategerezwa gukora ama pompaje bitwa Abdomen agera kugihumbi(1000) kumusi.

……………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Inkino, Muhira

Leave a Reply