Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Hussein Radjabu yishuye Gelase Ndabirabe :Umviriza amajwi

Umushingamateka Hussein Radjabu yahora arumwe mubakomeye cane mumugabwe CNDD FDD akaza gupfungwa yagiriza ko yashatse gutembagaza ubutegetsi ,yagize ico avuga inyuma yaho bwana Gelase Ndabirabe  umuvugizi w’umugabwe CNDD FDD avugiye kuri BBC gahuza miryango ko igihugu c’uBubirigi arico kiriko biteza umutekano muke mugihugu .

Hussein Radjabu akaba yaciye yihutira gushira ahabona amajwi abeshuza ivyo umuvugizi wa CNDD FDD yashikirije .

Umviriza hepfo amajwi ya bwana Hussein Radjabu 

 

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply