Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma yaho bamwe mubasore bashika kuri cumi nabatanu (15)harimwo abaje bava mu rwanda hamwe n’abandi bemeje ko bahora muri Congo babwiriye abanditsi n’abamenyesha makuru ko Hussein Radjabu arikumwe n’abagenziwe GodeFroid Niyombare hamwe na Alex Sinduhije kwaribo babafasha bakongera bagategura ingene abaza gutera uBurundi bobikora ,kuruhande rwa Hussein Radjabu wewe abitera ivyatsi ahubwo akavyagiriza abasanzwe bakora mw’iperereza ry’uBurundi.

Ashirwa mu majwi n’imwe mw’iradiyo zikorera hanze y’igihugu ,Inzamba bwana Hussein Radjabu yatunze urutoke Etienne Ntakarutimana benshi bazi nka Steve ,asanzwe akora mwiperereza .

hussein-burundi

Hussein Radjabu kw’ifoto

Umviriza amajwi ya Hussein Radjabu ngaho musi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………….


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply