Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umushingamateka yahoze ari mumugabwe wa CNDD FDD akongera akaba umwe mu mubatwaye umugabwe wa CNDD FDD gushika mu mwaka wa 2007,Hussein Radjabu yamenye amwe mumabanga yaranze umugabwe wa CNDD FDD ,mugihe kitari gito yarawumazemwo.

Itariki imwe ntwarante wari umusi udasanzwe ,kuruhande rwa Hussein Radjabu kuko yibuka umwaka wose uheze avuye mu munyororo mwibohero rikuru rya Mpimba.

Hussein Radjabu yibukije abagumyabanga bo mumugabwe  CNDD FDD akarenganyo yagiriwe ningene yatawe muri yompi mu mwaka wa 2007 ndetse anabamenyesha icatumye atabwa muri yompi n’umugabwe ico gihe yararongoye wa  CNDD FDD hamwe nuruhara  uwari umugenzi wiwe pfapfe bahoranye kurugamba yabigizemwo kugira atabwe muri yompi.

Umviriza amajwi ya Hussein Radjabu ngaha musi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Muhira

2 Responses so far.

  1. Meressoum says:

    Akarenganyo niwe yagatanguye kandi abagakora ubu bakigiye kuri we. Ibuka uko yakuye Nyangoma Leonard na Jean Bosco Ndayikengrukiye. Alice nzomukunda yatanze imihoho kkubera we, Nyandwi umgabo wa Immaculee…
    Igihe yatuma umuntuu i Bujumbura ngo bamuzanire umuhutu afise niburiburi Licence kandi atava i Bururi, de preference ava muri Nord, nti yarazi ko akarenganyo kari hose. Ubu rero ko bakamugiriye mureke ayaroke

  2. Meressoum says:

    Novuga ko Nkurunziza= photocopie conforme à l’original ( Rajabu Hussein)

Leave a Reply