Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Barack Hussein Obama asanzwe arongoye igihugu ca  Reta zunze ubumwe bwa Amerika kuva mumwaka wa 2009 mukwezi kwa nzero ,ubu asa naho atorohewe mugihe asa naho yatawe kuwamazi no gukemura ikibazo c’abantu  batunze inkoho birirwa barica abantu atacamira.

Iraswa ryabantu muri Amerika ryabaye akananira bahinga.
Inyuma yaho hiciwe abantu bagera kuri 10 barashwe numusore yarabasanze murusengero mugisagara ca Calfonia kiri mubumanuko bwa Reta zunze ubumwe bwa Amerika ,abanyagihugu benshi cane ba Reta zunze Ubumwe bwa Amerika basa naho bamaze kurambirwa na Barack Obama ,mbere benshi muribo bakaba batanguye kumwereka ko batakimushaka .

Categories: Muhira

Leave a Reply