Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Ubuhinga bwa none bubandanya butera buja imbere kurugero rushimishije ndetse bamwe mu ncabwenge zo kw’isi zibandanya zikora ibintu bihanitse ndetse kenshi bakaba bagerageza gukora ikintu gishobora gukora ibikorwa vyinshi gusumba ikiba gisanzwe kihari.

Umwe mubahingo bo muburaruko bwa Reta zunze ubumwe bwa Amerika yakoze ipikipiki izoba ifise ibikorwa bibiri ,kimwe co kugendeshwa nkipikipiki isanzwe ikindi co kuba nk’ishakoshi ushobora kujanamwo ibintu vyawe.

Uyu mugabo yakoze iyi pikipiki yamenyesheje ko isanzwe ifasha mvyinshi uwuyikoresha kuko iyo uyikoresha igufasha kujana ibintu vyawe bitakugoye ndetse ko ushobora kwiyungururuza umwanya wose ushakakiye .

Moveo-Foldable-Scooter-1

Uyu mugabo yamenyesheje ko ipikipiki yiwe ifise utubirya Twinshi

1: iyo ageze ahantu hari uruja nuruza rwinshi ashobora kuca ayizinga agaca ayitwara nk’ishakoshi

2:Ishobora kujamwo ibintu bipima ibiro 5(5kg)

3:ikoreshwa n’umuyagankuba

4:Nta Parking yigera imusaba kuko ayitereka mu nzu nk’ishakoshi isanzwe.
12049466_818301648282696_3454553785333947142_n

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Leave a Reply