Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

General Didier Nyambariza umwe mu basirikare bahunze igihugu ,ndetse akaza gutangaza ko yashinze umurwi wihaye gufata ibirwanisho kugira ukure kunguvu Petero Nkurunziza ,uyumusi yongeye gutanga amajwi aho yamenyesheje ko urugamba rukibandanya paka bakuye Petero Nkurunziza.

1

General Didier Nyambariza

General Didier Nyambariza yongeye kugaruka kubwicanyi bumaze igihe buvugwa mu Burundi ,aho yamenyesha ko mu Burundi ihinyabwoko ribandanya kubasanzwe bose bashigikiye ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

Umviriza mu majwi General Didier Nyambariza ngaho musi (Amajwi tuyakesha Radio Bujumbura International)

Tubibutse ko General Didier Nyambariza asanzwe ari mu murwi wafashe ibirwanisho usanzwe uzwi nka MRP(Mouvement pour la Resistance Populaire)


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply