Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

 

Mu mahiganwa ya IAAF WORLD INDOOR CHAMPIONSHIP , Francine Niyonsaba kuruhande rrwa bigeme yadugije ibendera ry’igihugu c’uBurundi aza kumwanya wambere ndetse bica binatuma atahukana umudari w’inzahabu.

Akoresheje umwanya mwiza cane wa 2’00”01 ,Francine Niyonsaba yaje imbere y’ibihangange nka Ajee Wilson umunyamerikakazi  yakoresheje umwanya ungana (2’00”27) hamwe numunyakenyakazi Margaret Wambui yakoresheje umwanya ungana na (2’00”44).

Francine Niyonsaba kw'ifoto

Francine Niyonsaba kw’ifoto

Tubibutse ko aya mahiganwa ariko arabera muri Portland, Oregon, United States ,akaba ariko arahuza abanonotsi bo kunzego zose haba mukwiruka canke muzindi nkino zisanzwe ndetse akaba ariko arakorwa mu ntumbero yo kwitegurira inkino za Jeux Olympic  zizobera mugihugu ca Bresil mu kwezi kumunani muruyu mwaka.

12593782_554600644722929_6676748266089835098_o

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..

 


Categories: Amakuru, Inkino

Leave a Reply