Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umwe mubashingamateka b’uBurundi yatowe mu matora yaheruka yo umwaka wa 2015 ,agatorwa kuruhande  rw’urunani Amizero yabarundi ariko ari kuruhande rwa Charles Nditije arongoye Umugabwe Uprona yeretse umugongo Charles Nditije ,aja mu kigobe mu ngoro yamakoraniro kuncuro yiwe yambere.

Uyu mushingamateka yitavye ubwambere mu bikorwa vy’inama nshingamateka Fabien Banciryanino ,umwe mubashingamateka ba Uprona ya Charles Nditije yatowe mu ntara ya Bubanza.

Fabien Banciryanino kw'ifoto

Fabien Banciryanino kw’ifoto

Fabien Banciryanino akaba yitavye ivyo bikorwa ubwambere inyuma yaho umukuru w’inama nshingamateka y’uBurundi Pascal Nyabenda amenyeshereje ko bagiye gusaba sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro kugira abashingamateka batarigera bitaba narimwe mu bikorwa vy’Inama nshinga mateka basubirizwe .

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply