Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mu gihugu ca Espagne hatangujwe uburyo bwo kwigisha ururimi rw’icongereza ,abigisha batambaye kugira abakurikirana ico c’irwa babashe kubitahura na ningoga kandi vyoroshe.

Iki cigwa catangujwe muri Espagne citwa “Naked Language”kikaba cigisha ururimi rw’icongereza bicishijwe kuri chaine ya You tube yitwa “Stripping the News” ariko bakaba  babikora hifashishijwe abigisha babakenyezi baba batambaye agahuzu na kamwe mugtanga ico cigwa.

Ubu buryo rero bwifashishwa kugira bigishe urwo rurimi benshi bakaba babushimye ndetse bakanakurikira cane ico cirwa mugihe kurundi ruhande abandi babitera ivyatsi ndetse bakemeza ko ivyo abo bigisha bakora bisa no gukina amareresi yurukozasoni.

……………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..

 


Leave a Reply