Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Kubasomyi bacu hamwe n’abakunzi bacu bipfuza kugirana amasezerano natwe yo gufashanya canke kwamamaza  ibikorwa vyabo canke ibicuruzwa vyabo baciye kurubuga rwacu ngurukana bumenyi bose tubaha ikaze atawo ducaguye kandi tukabakorera ibikorwa vyabo kugiciro gitoya cane.

Mugihe woba ushaka kuvugana  vyihuta nabajejwe kumenyesha amakuru kuri Bishasha .com canke ufise ico ushaka kubaterera , inzira inyaruka yambere ni kutwandikira kurubuga rwacu ngurukana bumenyi bwa Facebook kuri :Bishasha.com , mugihe naho woba ushaka ibintu vyibanga ntangere twandikire kuri email address  :bishasha010@gmail.com.

Bishasha.com yama yiteguye gukorana hamwe no gofashanya nuwo wese aza ayigana haba muvyo gufashanya canke guhanahana ivyiyumviro muri rusangi.

Turungikire ubutumwa bwawe tukwishura imbere yamasaha  24 .

izina ryawe (izina ryawe ni ngobwa)

Email yawe(email yawe ni ngobwa)

Intumbero

ubutumwa bwawe