Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Cristiano Ronaldo ,umuknyi wambere kw’isi yose ahebwa amahera menshi akaba umwe mubakinyi bamaze kw’ubaka izina  mu mupira wamaguru kw’isi  ,abandanya yikekwako kwashobora kuba aryamana nabo basangiye igitsina inyuma yo kumara igihe kinini atari murukundo n’umwigeme numwe.

Ibi vyatanguye kuvurwa inyuma yaho habonekeye ifoto yerekana Cristiano Ronaldo ariko arakorakora igihimba c’irondoka ca mugenziwe igihe bari kukiyaga bambaye impuzu zo kwogana.

ronalod touching se#x of his freins

Iyi akab ariyo foto yabonetse ya Cristiano Ronaldo ariko arakora kugitsina camugenziwe

Ibi rero subwambere  bivuzwe kuri Cristiano Ronaldo , kuko no mu mezi dusize inyuma uyu mukinyi nyene yigeze kuvugwako  ko yoba asigaye aryamana n’umuteramakofi wo mugihugu ca Maroc azwi kw’izina rya  Badr Hari.

abba11-640x330

Iyi foto nayo ikaba yaratumye abantu benshi bibaza ko Cristiano Ronaldo yoba aryamana nabo bahuje ibitsina

Fyonda ngaha ubandanyanye uurikira amakuru yacu kuri Facebook bikworoheye cane

.


Categories: Amakuru, Inkino, Muhira

Leave a Reply