Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe haheruka guhagarikwa amwe mumashirahamwe ajejwe ivyagateka kazina muntu  yarasanzwe akorera ngaha mu Burundi kuruyu wa mbere naho igenegekerezo rya 24-gitugutu 2016 hongeye guhagarikwa vyagategeganyo ayandi mashirahamwe yigenga ashika kuratanu .

Aya mashirahamwe yahagaritwe naya akarukira 

1:COSOME

2:UBJ

3:CB-CPI

4:Ligue Iteka

5:SOS Torture

Urwandiko ruhagarika ayo mashirahamwe vyimfatakibanza rukaba rwasohowe n’umushikirangani w’intwaro yo hagati mugihugu  Pascal Barandagiye

cvh3e80wcauga-s


Categories: Muhira

Leave a Reply