Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe mugisirikare c’uBurundi haguma hibonekeza umwuka mubi hagati yabasirikare bahoze muci bita igisirikare ca kera hamwe n’abandi baje bava mw’ishamba mugisirikare citwa PMPA ,nubu umwuka ubandanya ari mubi murizo ntwaza ngabo zisa niziguma zirabana ayingwe.

Kuruyu mugoroba ,igenekerezo rya 20 ndamukiza 2016 ,umwe mubahoze mugisirikare cabahoze mw’ishamba PMPA yagandaguwe nabantu bataramenyekana.

Colonel Buzubona Emmanuel yagandaguwe atezwe umutego mugihe yariko arataha iwe mu gice ca Bukirasazi muri zone ya Kinama.

Colonel Buzubona Emmanuel kw'ifoto

……………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………


Categories: Amakuru, Politic

Leave a Reply