Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

 

Inyuma y’inkuru ibandanya ivurwa mu Burundi ko abantu bane mu ndongozi z’umuhari FPB zabo zafatiwe mu gihugu kibanyi ca Tanzania bagaca bajanwa mu Burundi ,umuvugizi w’umuhari FPB bwana Col Adolphe Manirakiza, yemeje ayo makuru ko abantu babo bane bafatiwe mu gihugu ca Tanzania ariko agirako agabisha ico gihugu ngo hamwe cohirahira kigaha abo bantu babo igihugu c’uBurundi.

Col Adolphe Manirakiza avugira FPB kw’ifoto

Bwana  Col Adolphe Manirakiza akaba yamenyesheje ko hamwe igihugu ca Tanzania cohirahira kigaha izo ndongozi zabo igihugu c’uBurundi ko bazobibazwa muri Sentare mpuzamakungu .

Umviriza amajwi ya Col Adolphe Manirakiza ngaho musi

Fyonda ngaha ubandanye uronka amakuru yacu bitakugoye


Categories: Amakuru, Muhira, Politic, umutekano

Leave a Reply