Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Urunani rw’abanyapolitike batavuga rumwe na reta y’Uburundi irongowe na Petero Nkurunziza  ,rwasohoye urwandiko ryo gutera ivyatsi rwongera rwiyamiriza ubwicanyi buriko burabera iBujumbura .

Murwandiko uwuserukira urwo runani bwana Lonard Nyangoma aserukira urwo runani yasize ahabona ,yiyamirije bimwe bikomeye ubwo bwicanyi yongera anagabisha abategetsi bari muntwaro ya Nkurunziza ko ibiriko birakorwa abantu bakirigwa bicwa ko bazobibazwa.

0011 0021


Categories: Muhira

Leave a Reply