Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

CNARED Giriteka (Le Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha pour la Paix et la Réconciliation au Burundi et la Restauration d’un Etat de Droit)urunanini rwihaye guharanira amasezerano ya Arusha hamwe no kubahiriza ibwirizwa nshingiro ry’uBurundi rwabeshuje amakuru aruvugwako ko rwoba rwiciyemo kubiri.

Mugwandiko rwasizwe ahabona kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 ruhuhuma 2016,numuvugizi w’urunani CNARED bwana Pancrace Cimpaye yabushuje amakuru ariko aracanacanako kumbuga ngurukana bumenyi aho hariho haravurwa ko CNARED yoba yiciyemwo imirwi ibiri.

Umuvugizi wa CNARED Giriteka yabeshuje ayo makuru ndetse anagirako asaba abarundi bose gufatana munda ,bakabandanya kurwanya akarenganyo n’ihohoterwa birigwa baragirigwa n’ubutegetsi.

Raba hasi urwandiko rwa CNDARED Giriteka

12718235_969117379804547_5532430463364092230_n12806041_969117339804551_47377653185738300_n

……………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………….


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply