Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

CNARED Giriteka (Le Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha pour la Paix et la Réconciliation au Burundi et la Restauration d’un Etat de Droit)urunanini rwihaye guharanira amasezerano ya Arusha hamwe no kubahiriza ibwirizwa nshingiro ry’uBurundi rwihutiyekugira ico rushikirije inyuma yaho umushikirizamanza mukuru wa repuburika y’uBurundi akuriye kuri bamwe imitahe mpuzamakungu yo kubafata.

Kubw’urunani CNARED Giriteka ,basanga ivyakozwe n’ubutegtsi arugushaka guhuma amaso amakungu hamwe no gushaka guhuma amaso umukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ,bwana Ban Ki Moon yimirije kuza mu Burundi mu misi ya vuba.

CNARED Giriteka basanga gukuraho imitahe y’abamwe mu bakurikirwa n’ubutungane ataco bimaze ahubwo ko reta ikwiye kuja mu biganiro vyihuta ,ndetse ikanaganira n’urunani CNARED Giriteka bari hanze y’igihugu.

Isomere musi urwandiko rwa CNARED Giriteka

1

2

……………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………….


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply