Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihugu c’ubushinwa (CHINE) umushoferi yaratwaye imodoka yari ipakiye amagi menshi cane yagize ivyago ayo magi yose arasanzara kubera yari yikubese hasi .

Uwo mushoferi akaba atorohewe nagato kuko nyene ayo magi akibimenya yaciye anyarukira murago gace  ka Tai’an city,  muntara ya Shandong habereye iryo sanganya uagahita afata mumashati uwo yaratwaye ibicuruza vyiwe ,ariko abajejwe umutekano bakaza kumukiza ataco aramugira.

Juan yari nyene ayo magi ,yabwiye police ko naho ari isanganya yategerezwa kwereka akarorero uwo mushoferi kuko habayemwo ugusamara kwiwe kugira ahombe ivyo bicuruzwa vyiwe.

Juan akaba yabandanije yemeza yuko yahovye amagi yarafise agaciro kamahera yama chinwa ayo bita ama yuan angana nibihumbi 10.000 ayo nayo akaba ari hafi  amahera yamanyamerika angana  na  $ 1570.

Abanyagihugu rero bari begereye ngaho bagerageje gufasha Juan kwegeranya amagi yari yasigaye atamenetse .

12087304_1064832373557582_6484494601320444944_o (1) 12184307_1064832440224242_2821947405600724690_o

12183002_1064832376890915_6204994604803704260_o 12184200_1064832406890912_8116476560317207688_o

 


Leave a Reply