Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Muri Ireland umugore yamenyekanye nka Morgan Callaghan w’imyaka 43 yamavuko yiyemereye ko yakoze ubugeni n’imbwa y’iwe yarizwi nka Henry mu mwaka wa 2009  ,ndetse yemeza ko bamaranye igihe c’imyaka 8 bibanira n’iyo bwa kandi banakora ibisanzwe vyose bikorwa n’abubatse . Morgan Callaghan nkuko Morgan Callaghan yabisiguye yamenyesheje ko guhitamwo kubana niyo bwa vyavuye kumpamvu zo kubura akazi ndetse haca haziramwo n’ikibazo c’umwuzure utwara inzu yiwe ariko kubura abamuguma hafi ariko iyo bwa yiwe […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Mu ntara ya Cibitoke iri mu burengo bushira uburaruko bw’uBurundi ,umugabo yakoze urudandazwa rutari rumenyerewe mu Burundi ,aho yikoze kumugore wiwe amushira kwi soko kugira arabe ko yoronka amahera yo gutunga abana bari basanzwe baravyaranye n’uwo mukenyezi. Iri bara ryabereye kumutumba wa  Nyarurinzi muri  zone ya Buhayira ,ikomine ya Murwi mu Ntara ya  Cibitoke . Uyu mugabo yikoze ku mugore wiwe kugira ashobore kuronka amahera yomufasha kubaho n’abana biwe babiri […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Urukundo

Mu gihugu kibanyi ca Kenya , kimwe mu bihugu bigize umuryango w’ibihugu vya Africa y’ubuseruko  ,ukubakana kubasanzwe bahuje ibitsina bibandanya vyiyongera umusi kuwundi . Naho umukuru w’igihugu yigeze gukurira inkoni kugishitsi mugenziwe Barack Obama mu mwaka wa 2014 kwatarota igihugu ciwe cinjira mumuryango w’ibihugu vyemeza ubugeni bwabasanzwe bahuje ibitsina ,ibintu bisa naho bitabandanije bigenda nkuko abishaka kuko abanyagihugu benshi babandanya bakora ubugeni nabo bahuje ibitsina atacamira. Raba amafoto yabasore babiri bo mugisagara […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Kenshi abantu bakunda kwibaza k’urukundo rutakibaho ndetse haba mu bigeme canke abahungu  kwat’urukundo rukibarangwamwo , ahubwo ko ,umwe wese akunda afise ico agimje canke ico ariko ararondera kuri mugenziwe. Ariko naho biruko hari muvyukuri abantu bafise urukundo bakunda batagendeye kuco umuntu ari canke icafise canke ingene afatwa mukibano canke uko afatwa n’abagenzi bawe. Ibi naho kenshi biba bigoye kubona aho biba  vyabaye kw’isi ,hari ibiza bifatwa nk’ibitangaza n’abantu kw’isi bivanye […]

Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Yvan Bebeto ,umusore w’umurundi ava mugisagara ca Bujumbura muri Quartier ya musaga aheruka gufatirwa mu gihugu ca Uganda mu gisagara ca Kampala ,azira kwihindura umukobwa agaca ahenda abagabo bo murico gisagara ca Kampala . Bebeto yafashwe n’igipolisi ca Uganda gisanzwe kiri mu gisagara ca Kampala aca ajanwa kuri station ya polisi izwi nka Katwe . Nkuko igipolisi cabishikirje camenyesheje ko Yvan Bebeto yafashwe kubera kwihindura umukobwa akiha ishusho y’umwigeme kandi […]

Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Mugihe hariko harategurwa ihiganwa rya Miss Burundi muruyu mwaka wa 2016 /2017,bamwe mubakobwa bazohiganirwa ico kibanza bamaze kumenyekana . Abamaze kuja ahabona n’abigeme 16 bose bakaba ari abarundikazi ,aba 16 bakaba batowe mugice ca 1/4 ca Final ya Miss Burundi 2016/2017. Inyuma yiki gikorwa co gushira ahabona abigeme 16 bageze mugice ca 1/4 canyuma hategekanijwe guca hashigwa ahabona abigeme bazoba bashitse mugice ca 1/2 ciri higanwa mu misi ya Vuba. Igice […]

Categories: Burundi, Ireresi, Umuziki, Urukundo

Kuva kera mukibano hari ibintu vyinshi vyatuma abantu benshi bipfuza guhitamwo ko yotwara inda y’umuhungu canke y’umukobwa ,ariko kenshi ugasanga benshi bashaka kuvyara akana kagahungu kuko kuva kera wasanga umukenyezi atavyaye akana kagahhungu ashobora kwirukanwa n’umugabo wiwe . Ubushakashatsi canke ubuhinga bwanone bw’abaganga babinonosoye buremeza ko abavyeyi bashobora guhitamwo igitsina c’umwana bipfuza kuvyara.Naho benshi bemeza ko ubwo buhinga bwamaze kuboneka benshi usanga batabukoresha kubera buzimvye cane kandi busaba guharura. Kurundi […]

Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Kumurwa mukuru w’igihugu ca United Kingdom  i Londres  hashinzwe uburiro bushasha  bwitwa “The Bunyadi” buzotanga akaryo kubanwanyi babwo ko gufungura bari gusa canke ( uburyo bwo gufungura batambaye impuzu). Uwusanzwe ari umukuru wa “The Bunyadi”   bwana Seb Lyall yamenyesheje ko iyi nzu yo gufunguriramwo izofatwa nkataraboneka mugisagara ca Londres ndetse ko mubifungurwa vyabo hazibonekezamwo gusa ibintu gusa bazoba basanzwe birimira . Seb Lyall yabandanije amenyesha ko gufungurira mwiki kibanza gishasha […]

Categories: Amakuru, Mumakungu, Urukundo

Mugihe cose uzoba uri murukundo n’umukunzi wawe harigihe ivyanyu bitangura kuzamwo utugorane umwe muri mwebwe agatangura gusa nuwushaka gukinjura ariko naho aba ashaka kubivamwo bikamunanira kukubwiza ukuri kwatakwiyumvamwo ahubwo agahitamwo inzira yo gushaka kugenda arakwereka bimwe bimwe mubimenyetso vyerekana abashaka gutandukana. Murico gihe umukunzi wawe niyakwereka ivyo bimenyetso ,ni vyoza ko woca uba urakura meza kuko aba yamaze gufata ingingo yo gutandukana nawe canke yo guheza urukundo hagati yanyu. 1 […]

Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Hari ibimenyetso umuhungu ashaka gusaba urukundo kumwigeme akwiye kumenya akanabigendera mugihe ariko aritegura gushaka gusaba urukundo umwigeme. Naho gusaba urukundo muriki gihe ,umuhungu ategerezwa gukoresha uburyo bwose kugira arabe ko yokwigarurira na ningoga umutima wuwo aba ashakako urukundo hari ibintu ushobora gukora ahubwo bigaca bituma numwe washaka kuja gusabako urukundo akwanka utarashika no kwijambo nyamukuru. 1:Ntuze wigere wita amazina y’urukundo uwo ushaka gukunda mugihe utarabona kwamaze kuvyinjiramwo neza . Iki […]

Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Shane Adriano na Tristian Res Bakoze ubugeni bwambere kugwego rwa gisirikare ,ndetse nk’abasirikare bambere ba reta zunze ubumwe bwa Amerika bakoze ubugeni  kumugaragaro bakubakana basanzwe basangiye ibitsina. Mubisanzwe Shane Adriano na Tristian Res bari basanzwe babonwa nk’incuti zisanzwe kuko kenshi bakunda kwamana igihe kirekire,ibi vyatuma bamwe mu baganzi babo bibaza ko boba bahuza ibitsina babisangiye ariko bakabiburira ivyemezo. Shane Adriano na Tristian Res naho bari basanzwe bafise imigambi yo kuzokwibanira bakubakana […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Kenshi abantu bakunda gucira imanza abantu na cane cane abantu usanga bafise ibintu kumibiri yabo haba amahereni ,ibicapo kumibiri yabo,n’ibindi vyisnhi ariko kenshi aba bantu naho bakunda kwagirizwa ukudakundana n’ukubaha Imana ,hari abafise umutima muribo w’urukundo kurusha barya birigwa mu masengero. Reka tuje muri Africa ,aho hari umwana yari asigaye wenyene inyuma yaho abavyeyi biwe biciwe kubera intambara zikunda kubera mu bice vyinshi vya Africa,uyu mwana naho atari yahitanwe  n’ingwano […]

Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Mugihugu ca Kenya  umuvuga butumwa (Pastor) yirukanye umugabo murushengero amwagiriza kutitwara neza no kuba umupagani kumbe yarafise imigambi yo kuza arasambanya umugore wiwe atankomanzi. Uyu mu vuga butumwe yaje gufatwa mugihe yariko arasambanira n’umugore wuyu mugabo murimwe munzu z’abakirarugendo muri Kenya. Inyuma yo gufatwa ,uyu mugabo yabanje kubakubita uko ari babiri ariko munyuma igipolisi kikaba cahashitse gusukamwo mabisi. Raba Video musi ……………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………….. Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Mugihugu ca Tanzania habonetse umuvuga butumwa (pastor )azwi kw’izina rya Kisa Gbekle asanzwe afise urushengero murico gihugu ,aho mukwigisha ijambo ry’Imana ategerezwa kugira kumigongo yabamwe mu bayoboke bo mw’idini ryiwe. Nkuko amakuru abandanya abimenyesha ,amenyesha kuwo muvuga butumwa asanzwe adakoza ukuguru kwiwe narimwe hasi mugihe aba ariko yigisha ijambo ry’Imana kuko ngo isi yamaze kwandura.   Mugiheabajejwe kumujana bataba badapfukamye ,umwe mubasanzwe bakora ibikorwa mw’ishengero ashobora kumuheka mu mugongo hanyuma akamuzungurukana […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Umukobwa wo muri Thailand ,yakoze igikorwa cerekana urukundo yarakunda uwo bari barasezeranye ko bazobana ,inyuma yaho uwo musore bari barasezeranye ko bazobana yitabiye Imana giturumbuka. Naho ibi vyashitse ,uwo bari barasezeranye ko bazobana nk’umugore n’umugabo akitaba Imana giturumbuka ,uyu mwigeme ntiyigeze acika intege ahubwo yiyemeje kuragana nuwo yari yaremereye kubera umugore kumusi wiwe wo kumushingura. Nkuko amakuru ava murico gihugu ca Thailand kimwe mubisanzwe biherereye muri contina ya Asia ,yamenyesheje […]

Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Kumyaka 71 yamavuko Robert Powell arasaba ashimitse abantu bose bafise ishusho yiwe mu mazu hamwe no mu masengero kureka kumusenga kuko atari Yesu nkuko benshi bavyiyumvira canke bavyemera. Robert Powell niwe yabaye umukinyi w’ireresi (film)wambere yerekana ubuzima YESU yagiye acamwo mugihe yari ngaha kw’isi,iyi film akaba yayikinye mu mwaka wa 1977 mugihe yarafise imyaka 33 gusa yamavuko .Robert Powell kuva akinye iyo reresi (film)yerekana ubuzima bwa Yesu ,abantu batanguye kumwita Yesu […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Abahuza ibitsina babisangiye bihaye amabarabara i Kinshasa baharanira ubwigenge bwabo Mugihugu kibanyi ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo ,abasanzwe bahuza ibitsina babisangiye canke bubakanye basangiye ibitsina bihaye amabarabara muntumbero yo guharanira uburenganzira bwabo. Mugihugu ca Repuburika iharanira inwtwaro rusangi ya Congo (RDC) kumurwa mukuru w’ico gihugu ,abasanzwe bahuza ibitsina babisangiye bihaye amabarabara yico gisagara kugira basabe reta kubaha uburenganzira nkubwabandi ,na cane cane kugira babahe uburenganzira nkubwandi nko kubakana […]

Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Murugendo amazemwo imisi mubihugu bigize umugane wa Afrika ,umwungere mukuru wa Ekereziya Gatorika bwana papa François abandanya ashikiriza ubutumwa bwamahoro bwotuma abanyafrika basubira kugira urukundo ,abantu bagasubira bagakundana bakongera bakaba umwe . Inyuma yo guca mubihugu nka Kenya na Uganda bisanzwe biri mubigize akarere ka Afrika y’ubuseruko ,pape François umwungere mukuru wa ekereziya ya Katorika yishikiye mugihugu ca Centre Africa ,igihugu gisanzwe kirangwamwo umutekano muke n’iryane zifatiye kumadini. Pape François ashika […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

  Urukundo muri rusangi rusanzwe rugizwe n’umunezero ,kunezereza uwusanzwe ukunda,akumva ko anezerewe akumva kandi ko yishimye kuba uri umukunzi wiwe,murico gihe utegerezwa kumwitaho ,ukamwitaho kuva mugatondo gushika ijoro ry’iteye. Kwitaho uwusanzwe ukunda ntibisaba kumuha amafaranga nkuko benshi usanga bavyiyumvira canke kumugurira ibintu vyamafaranga bizimvye ,ahubwo hari nutundi tuntu duto duto wokoresha ukamunezereza vyoroshe cane. Kuva aho ubuhinga bwa none buziye ,ubu ushobora kubwira umukunzi wawe vyoroshe cane amajambo canke utundi […]

Categories: Amakuru, Urukundo

Mugihugu c’uBudagi (Allemagne )umugore w’imyaka 48 yitwa Laura ,yituye ubucamanza bwo murico gihugu kugira bumwemerere ko yotandukana nuwo bari barubakanye. Inyuma yo kwitura ubwo butungane bw’ico gihugu ,uwo mukenyezi yatunganirijwe ,nkuko amategeko yaho mu Budagi abitegekanya ,munyuma iyo sentare canke ubucamanza bwaje  gutegeka abo babiri ko bogabura bakanganya ivyo bari bararonderanye. Kuruhande rw’umugabo ntiyigeze ashima nagato iyo ngingo yubwo bucamanza kuko wewe atemera iyo ngingo yuko bogabura ivyo baronderanye  kuko […]

Categories: Muhira, Mumakungu, Urukundo