Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Naho abarundi benshi bakunze kwibaza ko igiterwa c’icamwa  pomme kitopfa kumera kubutaka bw’uBurundi ndetse bamwe bakaba bagifise ivyiyumviro ko Pomme zose zigurishwa mu Burundi ko zitegerezwa kuba zakuwe  mu mahanga , umwe mu barimyi ba kijambere bo mu Ntara ya Muyinga yatanguye kurima ico camwa ca Pomme ndetse kiramera atangorane . Uyu yatanguye gukora ivyari bisa nivyatinwe na benshi ni  Jésus-Marie-Joseph NTINANIRWA ,umurimyi wa kijambere wo mu Ntara ya Muyinga […]

Categories: Amakuru, Burundi, Uburimyi