Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

i Goma Ku murwa mukuru w’intara ya Kivu iri muburaruko bw’igihugu ca Congo habonetse ibintu bitangaje aho indege isanzwe ikoreshwa mugutwara ibintu nabantu yaca mw’ibarabara rimwe n’iryo imiduga yariko iracamwo . Raba Video musi urabe ingene iyi ndege yariko iraca muriryo barabara Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kuri Facebook bitakugoye Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Muri Ireland umugore yamenyekanye nka Morgan Callaghan w’imyaka 43 yamavuko yiyemereye ko yakoze ubugeni n’imbwa y’iwe yarizwi nka Henry mu mwaka wa 2009  ,ndetse yemeza ko bamaranye igihe c’imyaka 8 bibanira n’iyo bwa kandi banakora ibisanzwe vyose bikorwa n’abubatse . Morgan Callaghan nkuko Morgan Callaghan yabisiguye yamenyesheje ko guhitamwo kubana niyo bwa vyavuye kumpamvu zo kubura akazi ndetse haca haziramwo n’ikibazo c’umwuzure utwara inzu yiwe ariko kubura abamuguma hafi ariko iyo bwa yiwe […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Belgrade ku murwa mukuru w’igihugu ca Serbia biravurwa ko abakirarugendo (Tourists) babandanya biyongera ku bwinshi murico gisagara mu ntumbero ya kuja gukorana imibonano mpuzabitsina n’ibikoko mu bibanza bisanzwe bizwi nka “animal brothels”aha hakaba hasanzwe haba harimwo ibikoko vyinshi harimwo ,imbwa,impene,intama ,indogobwa n’ibindi. Nkuko bishikirizwa n’ikinyamakuru co mu bwongereza mirror.co.uk ,ngo aba baja kuryamana n’ibi bikoko basanzwe bari mu murwi wabo basanzwe bita aba “zoophiles” aba nabo akaba arabashobora kunezerwa mugihe bariko barakorana imibonano […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Umukozi w’Imana wo mugihugu ca Zimbabwe yafashe Telephone yiwe ahamagara mw’ijuru avugana n’IMANA abayoboke biwe barorera. Pastor agitangura  guterefona yagize ati”Hello,is this heaven ?”………..Raba Video musi wumve ingene uyu mu Pastor yaterefonye mw’ijuru na Telepfone   Fyonda ngaha ubandanye ukurikira amakuru yacu kuri Facebook       Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Mu gihugu kibanyi ca Kenya , kimwe mu bihugu bigize umuryango w’ibihugu vya Africa y’ubuseruko  ,ukubakana kubasanzwe bahuje ibitsina bibandanya vyiyongera umusi kuwundi . Naho umukuru w’igihugu yigeze gukurira inkoni kugishitsi mugenziwe Barack Obama mu mwaka wa 2014 kwatarota igihugu ciwe cinjira mumuryango w’ibihugu vyemeza ubugeni bwabasanzwe bahuje ibitsina ,ibintu bisa naho bitabandanije bigenda nkuko abishaka kuko abanyagihugu benshi babandanya bakora ubugeni nabo bahuje ibitsina atacamira. Raba amafoto yabasore babiri bo mugisagara […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Abanyarwa 3 harimwo abagabo babiri (2)hamwe n’umukenyezi umwe afise umwana akiri muto cane w’amezi umunani ,bankiwe guhonyoza ikirenge kubutaka bw’uRwanda ,bazira kuba bari mu mugabwe urwanya ubutegetsi bwa Kagame. Aba bankiwe gushika mu gihugu cabo nabayoboke b’umugabwe ” Ishema” utavuga rumwe na Reta y’uRwanda bari barongowe na  Padiri  Thomas Nahimana Umunyamabanga Mukuru wuwo mumugabwe “Ishema”umwe mu migabwe itavuga rumwe n’ubutegetsi bw’uRwanda warumaze igihe ukorera hanze y’igihugu c’uRwanda. Padiri  Thomas Nahimana arikumwe […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Politic

Mu gihugu c’ubuhinde habonetse umuryango (family)udasanzwe ,ufise ico utandukaniyeko ni’yindi ndetse abantu nka bose bawurimwo bafise ico bisangije atahandi hantu wopfa kukibona. Mu ntara ya  Bihar ,mu gisagara ca Gaya ,iri muburaruko bw’igihugu c’ubuhinde (Inde)niho uyu muryago udasanzwe ugizwe nabantu bashika kuri 25 ,abo bose bakaba bafise ikintu kidasanzwe aho umwe wese afise  intoke 12 kumaboko yose  hamwe n’amano 12 kumaguru yose . Naho twari dusanzwe tuzi neza ko umuntu akunda kuba afise […]

Categories: Amakuru, Mumakungu

Muri reta zunze ubumwe za Amerika mu ntara ya Florida isanzwe iri mubumanuko bwa Reta zunze ubumwe za Amerika  habaye igitangaza kidasanzwe aho abantu  bo murico gisagara babona ikimenyetso kidasanzwe kubicu. Ibi vyabaye kumasaha y’muhingamo mu gisagara ca Florida,aho  abari murico gisagara babonye ikintu kidasanzwe kubicu ,babona izina rya YESU(JESUS )ryiyandika hejuru kubicu. Mubari basanzwe bari ngaho abenshi ntibigeze batahura ibibaye mugihe kurundi ruhande hari abari bafise ubwoba ko YESU agarutse […]

Categories: Amakuru, Gospel, Muhira, Mumakungu

Michelle Obama ,Umukenyezi wa Barack Obama yiswe inguge n’uwundi mukenyezi yarasanzwe atwara igisagara co mu buseruko bw’intara ya Virginia. Uyu mugore yubahutse kwita ,ukukenyezi w’umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika ,inguge yamenyekanye nka Pamela Ramsey Taylor ,akaba yashikirije aya amjambo acafuza umugore w’umukuru w’igihugu abicishije kurukuta rwiwe rwa Facebook aho yagira ati:“Ce sera rafraîchissant d’avoir une première Dame élégante, belle et digne à la Maison Blanche. Je suis fatigué […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Inyuma y’ibihugu  bitari bike vya Africa uhereye k’uBurundi,Africa yepfo,Gambia hamwe na Uganda ,igihugu ca Russia gisanzwe gifatwa nk’icakabri kw’isi mubifata ingingo ikijana kw’isi ceretse umugongo Sentare mpuzamakungu CPI(cours penal international) Urwandiko rwemeza ko igihugu ca Russia kivavanuye namasezerano yi Roma yatuma igihugu kija muri Sentare mpuzamakungu CPI (cours penal international) rwateweko umukono kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 16/munyonyo /2016 ,aho Vladimir Putin umukuru w’igihugu ca Russia  yemeza ko igihugu ciwe […]

Donald Trump  aheruka gutorerwa kuba umukuru w’igihu ca Reta zunze ubumwe za Amerika agira uwa 45 ,abandanya ashimangira ko  imigambi  yiwe yari yiyemeje mugihe yiyamamaza ategerezwa kuyishira mu giro vyihuta atacamira. Mukiganiro yakoranye n’umunyamakuru w’imboneshakure ya CBS yo muri reta zunze ubumwe za Amerika ,Donald Trump yamenyesheje ko agiye gushiraho sentare izoba ijejwe guhana no gukurikira uwo wese azoba yakuyeyo inda akabikorera kubutaka bwa Reta Zunze ubumwe  za Amerika. Donald Trump […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Muri reta zunze ubumwe za Amerika ,abasanzwe baryamana bahuje ibitsina bazwi nkaba Gay  ntiborohewe nagato kuko intwaro ya Donald Trump itaberekwa na gato ndetse ivyo bakora  bisigaye bifatwa nk’icaha kidasanzwe kuva aho Donald Trump atsindiye amatora. Mwijoro ryo Kuwa   gatatu igenekerezo ryi 9,munyonyo 2016 ,bamwe mubasore bavuga ko bashigikiye Donald Trump bakubise uwundi musore mugenzi wabo barikumwe mu kabare bamuhora kwari muri bamwe baryamana  bahuje  ibitsina(gay ) Uyu yakubwise ni […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Abanyarwanda babiri bahora bapfungiwe  mu mahanga mu gihugu ca  Netherlands bajanwe gupfungirwa mu Rwanda batanzwe n’igihugu ca Netherlands  kubera kwagirizwa na Reta y’uRwanda ko bari mu  bakoze ihonyabwoko ryabereye mu rwanda mu mwaka wa 1994. Aba batahukanwe mu Rwanda ni Jean Claude Iyamuremye   na Jean Baptiste Mugimba ,aba nabo bakaba bari basanzwe bapfungiwe mu gihugu c’ubuholande ( Netherlands) Aba bagabo babiri barungitswe mu Rwanda inyuma yaho inama nshingamateka ya  Netherlands yari […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Abaganga badasanzwe bo kubitaro vya  Xi’an bihereye mu ntara ya Shaanxi iri muburaruko bushira uburengero bw’igihugu  c’ubushinwa ,bakoze igikorwa kidasanzwe aho bafashije umugabo yarasanzwe afise amatwi atacumva kumva kandi babanze gukora igikorwa kidasanzwe co kumushira ugutwi ku kuboko. Nkuko ikinyamakuru co mu bushinwa cabibenyesheje uwari yacitse ugutwi yamenyekanye nka  Ji chang ,aho yaheruka gutakaza ugutwi bivuye mw’isanganya ry’imodoka  yaheruka kugira. Iki gikorwa rero co gutera ugutwi ku kuboko kukabandanya gukora gisa nicatangaje abantu benshi […]

Mu gihe muri Reta zunze ubumwe za Amerika habandanya haba amatora y’umukuru w’igihugu ,Donald Trump va mu mugambwe waba Republic asa nuwamaze gutsinda aya matora kuko biboneka neza kwarusha mugenziwe bariko barahiganwa ava mu mugabwe waba Democrate ariwe Hillary Clinton. Mubiharuro bimaze kwegeranwa no gushigwa ahabona ,mu ntara zigize 50 za Reta zunze ubumwe za Amerika ,hamaze kuja ahabona ibiharuro vy’intara 41 ivyo navyo bikaba vyerekana neza ko Donald Trump ariwe aza […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Hillary Clinton ngwavugana n’imizimu harimwo na Gandhi ,nimba wumva icongereza raba Video Raba Video ngaho musi . Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Politic

Igihugu ca Chine ni kimwe mu bihugu kw’isi vyasize imbere ubucuruzi bwo gusohora ibintu bija kugurishwa hanze y’igihugu cabo kugira ubutunzi bwabo n’ikigega c’igihugu cabo kigume kimeze neza atankomanzi,gusa kugira ibi babishikeko sikintu coroshe kuko usanga iki gihugu kiriko kiragwanira isoko n’ibindi bihugu kw’isi nka Inde n’ibindi bibarizwa kumugabane wa Asia. Mw’ihangiro y’iki gihugu kizwi nkigifise abantu benshi kw’isi ,abanyagihugu baco bategerezwa gukora ibishoka vyose kugira  abanyagihugu babo baronke ivyo  bakoresha […]

NATO (North Atlantic Treaty Organization)umuryango ugizwe n’ibihugu vyo kumugabane wa Amerika hamwe n’ibihugu vyo kumgabane wa Buraya barungitse abasirikare bangana n’ibihumbi 31.000 kubihugu vyegereye igihugu bafata nk’umwansi wabo wambere  Russia mu ntumbero yo gucungera hafi abasirikare bico gihugu biherutse kuvugwa ko bariko barakora imyimenyerezo idasanzwe yagisirikare bitegurira intambara yagatatu y’isi yose. NATO yarungitse aba basirikare inyuma yaho igihugu ca Russia naco gitanguriye imyimenyerezo yaco ya gisirikare idasanzwe izwi nka Anaconda manoeuvres. Ibi bihumbi vyabasirikare vyarungitse n’ibihugu bitandukanye biri muruwo […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Umurundi azwi kw’izina rya  Joe-Bryan Ndikuriyo w’imyaka 27 y’amavuko yishe mugenziwe ava mugihugu ca Nigeria amukase izosi bapfuye umwigeme . Ibi vyabaye mumasaha y’ijoro agana samunani z’ijoro (2 am) kuruyu w’Imana  mugihugu ca Canada mu gice ca Ottawa ,aha aba babiri bagwanira mu kabare kari kw’ibarabara ryitiriwe umweranda Saint Laurent( boulevard Saint-Laurent.) Nkuko igipolisi co murico gice  ca Ottawa cabimenyesheje cemeje ko cataye muri yompi Joe-Bryan Ndikuriyo inyuma yo kugandagura mugenziwe […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Benshi baguma bemeza kw’isi igeze mu musi yayo yanyuma,hifashishijwe  ivyanditswe mubitabo vyeranda nka Bibiriya ,abantu benshi baramaze kwemeza ko muri reta zunze ubumwe za Amerika hamaze kuboneka ibimenyetso vyinshi vy’imperuka,iki kiguma kiyagwa sikindi  ni Microchip. Muri Reta zunze ubumwe za America haheruka kwemezwa umugambi wo  gukoresha agakoresho bita  Microchip ,aka  gakoresho kazoja kaja mu bice bimwe bimwe vyo kumubiri w’umuntu nko mu gahanga no mu kiganza  , aka gakoresho ka  microchip ,kazoza gafatwa nkuko ari […]